Umwigeme afunzwe azira kwica musazawe | Buja Express
Advertisement
Advertisement
Security
Trending

Umwigeme afunzwe azira kwica musazawe

Hari umwigeme wo ku mutumba Ruganirwa komine n’intara ya Muyinga ari mu minwe y’inzego z’umutekano kuva mw’ijoro ryo kuri w’Imana ushira uwa mbere.

Amakuru ava mu Ruganirwa avuga ko yagirizwa kwica musazawe amucumise imbugita. Icatumye haba ubwo bwicanyi ntikiramenyekana neza.

Bamwe mu batware bo ku mutumba n’ababanyi bamenyesha ko uwo mukobwa agifatwa yisigura avuga ko yabikoze kw’ishavu yaterwa na musazawe. Ngo bari bamaze iminsi bashwana aho umuhisi yasaba mushikiwe kwigenza runtu.

Tags
Show More
Advertisement

Daniella Ingabire

Daniella Ingabire is a journalist at Buja Express. She studied at the University of Great Lakes. She holds a Bachelor’s degree in Journalism and Communication. She started her career in writing about entertainment in 2019.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire