Umukobwa yashize hanze urutonde rw’abagabo baryamanye akabanduza Sida | Buja Express
Advertisement
Advertisement
International
Trending

Umukobwa yashize hanze urutonde rw’abagabo baryamanye akabanduza Sida

Umukobwa uzwi ku izina rya Harriet Vihenda Akunava, wahoze ari umunyeshuri muri kaminuza ya Nairobi, ikigo ca Kikuyu yemeye ko yanduye virusi itera SIDA kandi ko yayanduje abagabo benshi baryamanye yihorera.

Uravye, Harriet yitwaza ibintu vyose umugabo asanzwe yifuza kandi ararikira, afise ikibuno, ingano, ishusho ndetse no mumaso heza. Afise kimwe cose cotuma umugabo uwo ari we wese amwirukako.

Harriet yatangaje ko yamenye ko yanduye virusi nkuko abivuga muri video yakoze, ariko ahitamo guceceka ku bijanye n’ubwandu bwiwe kuko yari afise ishavu ryinshi.

Yanduje abagabo benshi ku buryo yakoze urutonde nyuma rushirwa ku mbuga nkoranyambaga. Urutonde rwerekanye amazina 16 ya mbere y’abagabo yanduje virusi itera Sida ndetse n’ikigo cabo.

Binyuze kuri konte yiwe ya Instagram, Harriet yasavye abagabo bagiye bahura nawe kwipimisha,

Ati: ” Igihe kirageze ko mvugisha ukuri. Nashavuye amezi menshi ariko singishoboye kwihangana. Nanduye virusi itera sida kandi nanduje abagabo. Nsavye imbabazi, mumbabarire. Mugerageze mwipimishe murabe nimba narabanduje”.

Urutonde rw’amazina y’abagabo yanduje VIH / SIDA
Tags
Show More
Advertisement

Alice Dusabe

Alice has a degree in Journalism. She joined Buja Express in 2019. She constantly seek opportunities to take her further in her career which is reporting in hard-hitting stories.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire