Umugabo yaturiwe n'amarike n'umugore wiwe | Buja Express
Advertisement
Advertisement
Security
Trending

Umugabo yaturiwe n’amarike n’umugore wiwe

Iryo bara ryabaye muri iri joro ry’uwa gatanu rishira uwa gatandatu. Uwo muryango ukaba uba Ku gacimbiri Nyamuswa, Zone Kibago yo muri Komine Kibago mu ntara ya Makamba.

Uwo mugore akaba yaturiye umugabo wiwe akoresheje amarike.

Ayo makuru aremezwa na Virijiniya Ndayishimiye, umukuru w’umutumba Jimbi ivyo vyabereyeko.Ico yamujijije ntikiramenyekana.

Tags
Show More
Advertisement

Belyse Umwari

Belyse has degree in Journalism and Communication obtained at the University of Rwanda. After joining Buja Express, she has edited dozen articles and interviewed countless interesting people.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire