Umugabo yatorotse ibitaro nyuma yo gutorwamo Covid-19 | Buja Express
Advertisement
Advertisement
HealthSecurity
Trending

Umugabo yatorotse ibitaro nyuma yo gutorwamo Covid-19

Umugabo witwa Alexis Nimbona umucamanza wo mu ntara ya Karusi. aheruka gutorwa ko agwaye umugera wa Covid-19.

Uwo rero ngo akaba yaciye atoroka ibitaro nk’uko bimenyeshwa na Venant Manirambona, buramatari w’intara ya Gitega. Mu nama yagirishije abarongoye ibisata vy’umutekano, kwivuna abansi n’ubutungane kuri uyu wa kabiri, yasavyeko uwo muntu yatorotse yoronderwa.

Yamenyeshejeko mu bipimo bibera muri iyo ntara abamaze gutorwa uwo mugera wa korona ari bane. Babiri bo mu ntara ya Karusi, na babiri bo mu ntara ya Gitega.

Tags
Show More
Advertisement

Daniella Ingabire

Daniella Ingabire is a journalist at Buja Express. She studied at the University of Great Lakes. She holds a Bachelor’s degree in Journalism and Communication. She started her career in writing about entertainment in 2019.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire