Rwanda ruriteguye gutahukana impunzi zibishaka | Buja Express
Advertisement
Advertisement
PoliticsRefugees
Trending

Rwanda ruriteguye gutahukana impunzi zibishaka

Igihugu c’Urwanda kiriteguriye gufasha mu gikorwa co gutahukana impunzi zivyifuzaIgihugu c’Urwanda, kiriteguriye gukorana n’ishirahamwe HCR mu gikorwa co gutahukana impuzi zivyipfuza ziri ku butaka bw’Urwanda.

Aho ni inyuma yaho habonetse ku rubuga ngurukanabumenyi urwandiko rw’impunzi z’Abarundi zo mw’ikambi y’i Mahama zahungiye mu Rwanda kuva mu mwaka w’2015.

Muri urwo rwandiko, izo mpunzi zisaba ibiganiro hagati y’umukuru w’igihugu c’Uburundi nic’Urwanda bari kumwe na HCR ku vyerekeye itahukanwa ry’impunzi zivyipfuza.

Tags
Show More
Advertisement

Daniella Ingabire

Daniella Ingabire is a journalist at Buja Express. She studied at the University of Great Lakes. She holds a Bachelor’s degree in Journalism and Communication. She started her career in writing about entertainment in 2019.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire