Advertisement
Advertisement
International

Madagascar: Abasirikare bariko baca ku ngo batanga mu banyagihugu umuti wa Covid-19

Inyuma y’iminsi ibiri umukuru w’igihugu ca Madagascar, Andry Rajoelina amenyesheje yuko mu gihugu ciwe habonetse umuti uvura coronavirus, igisirikare catanguye isekeza ryo guca ku ngo zose zo muri ico gihugu kugira batange uwo muti ku banyagihugu. Kandi uwo muti bawutanga ku buntu.

Tubamenyeshe yuko ishirahamwe mpuzamakungu riraba ivyerekeye amagara y’abantu (OMS) ryamenyesheje ko rifise amakenga kuri uwo muti.

Ariko hirya no hino kw’isi abantu bariko barakeza igihugu ca Madagascar kubona batoye umuti n’ibihugu vyitwa ko ari vya rutura vyari vyananiwe.

Tags
Show More
Advertisement

Daniella Ingabire

Daniella Ingabire is a journalist at Buja Express. She studied at the University of Great Lakes. She holds a Bachelor’s degree in Journalism and Communication. She started her career in writing about entertainment in 2019.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire