Inzoga zitemewe zibandanya gukoreshwa | Buja Express
Advertisement
Advertisement
Security
Trending

Inzoga zitemewe zibandanya gukoreshwa

Bamwe mu banyagihugu bo mu makaritiye yo mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura barabandanya bihereza inzoga zitemewe n’amategeko kandi mu masaha y’igitondo.

Abaganiriye na radiyo Isanganiro bavuga ko ataco bitwaye kuko ngo bamaze igihe kinini bihereza agakanywa.

Ivyo biri uko mu gihe abajejwe intwaro n’umutekano mu gisagara ca Bujumbura baheruka kugabisha ibihano ruhasha bigiye gufatirwa abo bose bihereza ibiyayuramutwe n’inzoga zitemewe n’amategeko abajejwe intwaro n’umutekano badasigaye inyuma.

Tags
Show More
Advertisement

Alice Dusabe

Alice has a degree in Journalism. She joined Buja Express in 2019. She constantly seek opportunities to take her further in her career which is reporting in hard-hitting stories.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire