Advertisement
Advertisement
International
Trending

Indege yari itwaye intumwa za Uhuru Tanzania yasubiye inyuma

Kuri uyu wa kabiri tariki 28 Myandagaro, mu bintu bidatahuritse, indege yari itwaye intumwa zirungitswe guhagararira Perezida Uhuru Kenyatta mu muhango wo gushingura uwahoze ari Perezida wa Tanzania, Benjamin Mkapa, vyabaye ngombwa ko ikatira mu kirere hagati isubira i Nairobi .

Iyi ndege ngo yari itwaye abayobozi benshi ba Leta ya Kenya bari bayobowe n’umuyobozi mukuru w’inama nkenguzamateka, Samuel Poghisio.

Ubushikiranganji bw’imigenderanire n’ayandi makungu wa Tanzaniya, Palamagamba Kabudi, yabwiye abari mu mishinga yo gushingura Mkapa ko indege yasubijwe i Monduli mu karere ka Arusha nyuma yo guhura n’ikirere kibi.

Icakora, Umunyamabanga mukuru w’Ububanyi n’amakungu wa Kenya, PS Macharia Kamau, yatanze insiguro bivuguruzanya, avuga ko indege yagiriye ibibazo mu kirere bigatuma isubira inyuma.

Umuhango wo gushingura Mkapa wabereye kuri stade Uhuru i Dar es Salaam.

Tags
Show More
Advertisement

Alice Dusabe

Alice has a degree in Journalism. She joined Buja Express in 2019. She constantly seek opportunities to take her further in her career which is reporting in hard-hitting stories.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire