Advertisement
Advertisement
PoliticsRefugees
Trending

Impunzi zirenga 1000 ziri muri Namibia zigiye gutahuka

Impunzi z’abarundi barenga gato 1000 bahungiye mu gihugu ca Namibiya bagiye gutahukanwa mu gihugu c’amavukiro.

Vyapfundikiwe mu nama ku buhinga ngurukanabumenyi yahuje kuri uyu wa mbere igihugu c’Uburundi,ishirahamwe HCR riraba impunzi hamwe n’igihugu ca Namibiya.

Pierre Nkurikiye umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano avuga ko gushika hagati muri uku kwezi kwa Nyakanga hazoba hamaze kwerekanwa uburyo izo mpunzi zizotahukanwamwo.

Tags
Show More
Advertisement

Belyse Umwari

Belyse has degree in Journalism and Communication obtained at the University of Rwanda. After joining Buja Express, she has edited dozen articles and interviewed countless interesting people.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire