Evariste avuga ko igihugu ciwe "kidashaka umubano mwiza n'u Rwanda" | Buja Express
Advertisement
Advertisement
PoliticsRefugees
Trending

Evariste avuga ko igihugu ciwe “kidashaka umubano mwiza n’u Rwanda”

Umukuru w’igihugu c’Uburundi yatangaje ko yiteguriye kwakira impunzi z’Abarundi zahungiye mu Rwanda ziherutse kuvuga ko zifuza gutahuka. Perezida Evariste Ndayishimiye yabivugiye mu ntara ya Kirundo kuri uyu wa kane, mu rugendo amazemwo iminsi azunguruka igihugu.

Muri urwo rugendo, Perezida Evariste Ndayishimiye yavuze kandi ko igihugu ciwe kidashaka umubano mwiza n’u Rwanda muri iki gihe. Ku bwiwe, amajambo Perezida w’u Rwanda Paul Kagame aherutse kuvuga mu minsi iheze ko yifuza imigenderanire myiza n’Uburundi arimwo agahemo.

Inkuru Yateguwe n’Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika mu Rwanda Pierre Claver Niyonkuru.

Tags
Show More
Advertisement

Belyse Umwari

Belyse has degree in Journalism and Communication obtained at the University of Rwanda. After joining Buja Express, she has edited dozen articles and interviewed countless interesting people.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire