Diane yavuze uburyo yagurishije umutima wiwe kwa Satani | Buja Express
Advertisement
Advertisement
Entertainment

Diane yavuze uburyo yagurishije umutima wiwe kwa Satani

Umukobwa wo muri Nigeria witwa Diane Emily Kamsi akomeje kwigarurira abanyagihugu bo kuri internet nyuma yo gutangaza ko yagurishije umutima wiwe kwa Satani anasigura neza impamvu z’ingenzi zabimuteye ariko hari abamututse abandi bahamanya nawe ko ivyo yakoze ntaco bitwaye.

Bamwe bavuze ko ivyo yakoze ari ivyo yashaka ko ntawe akwiye kwivanga ku ngingo yiwe abandi bo bakavuga yagakwiye kuba yarahisemo ijuru aho guhitamo ikibi nka satani.

Diane Emily Kamsi yakoresheje imvugo itukana ku banya Nigeria yifashishije urukuta rwiwe rwa Facebook gusa amajambo yavuzwe ibintu vyinshi bamwe bamunenga abandi ubushake bwiwe ari ubukurikije uko yahisemo kubaho.

Ugendeye ku bitangazwa ahantu yize muri Africa y’epfo, uyu mukobwa yahisemo kugurisha umutima kuko adakeneye kuzaja mu ijuru nta mafaranga afise ndetse yanatanze umutima wiwe kuko azoyibaha nabo bakamuha ivyo akeneye.

“Banyagihugu b’abakene mufise inzara bo muri Nigeria, nagurishije umutima wanje kwa satani, bitwaye iki? ni ubuzima bwanje ndetse ni n’umutima wanje, jewe nahisemo uwo dushobora gukorana ubucuruzi neza, ntabwo nshaka kuzaja mu ijuru nta mafaranga mfise” amajambo yanditswe na Diane ku rubuga rwiwe rwa Facebook.

Rate this Post

Total Review

User Rating: 4.35 ( 1 votes)
Show More
Advertisement

Belyse Umwari

Belyse has degree in Journalism and Communication obtained at the University of Rwanda. After joining Buja Express, she has edited dozen articles and interviewed countless interesting people.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire