CFOR Arusha yakuye Minani Jéremie kurutonde rw'abarugize | Buja Express
Advertisement
Advertisement
Politics
Trending

CFOR Arusha yakuye Minani Jéremie kurutonde rw’abarugize

Inyuma yaho atanze amezi abiri (Imisi 60) ku mukuru w’Igihugu abe yatanguje ibiganiro vyohuza abanya politike bose nabari hanze, ataruko Abarundi batanguze igisoda co gukuraho Leta y’uBurundi, Jeremie Minani yamaze gukurwa mu runani rw’abanyapolitike bari bishinze guharanira Amasezerano ya Arusha.

Kubwa Chauvinau Mugwengezo arongoye urwo runani, ivyavuzwe na Jeremie Minani ntabwo bifatiye nagato kuntumbero y’urunani CFOR Arusha ndetse uwo Minani ntanumwe yavugiye ahubwo we nyene niwe azi iyo yabikuye!

Muri CFOR Arusha bavuga ko nta ntumbero y’intambara bafise, ahubwo ko babandanya guharanira amasezerano ya Arusha.

Tags
Show More
Advertisement

Daniella Ingabire

Daniella Ingabire is a journalist at Buja Express. She studied at the University of Great Lakes. She holds a Bachelor’s degree in Journalism and Communication. She started her career in writing about entertainment in 2019.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire