Brian Smith inyenyeri y'umuziki ndundi | Buja Express
Advertisement
Advertisement
Entertainment
Trending

Brian Smith inyenyeri y’umuziki ndundi

Brian Smith n’umwe mu bahinyanyuzi bakiri bato mu Burundi amurikira umuziki ndundi mu gihugu mbere no mu makungu mu gukora ibikora inka kugira asohore amasanamu abereye ijisho.

Uyu musore akaba yarinjiye mu ruganda rw’umuziki ndundi kuva mu mwaka w’i 2015 aho mu myaka itanu amaze muri uwo mwuga amaze gusohora ibikorwa vy’iratiro vy’abaririmvyi batandukanye bo mu Burundi.

Umuhinyanyuzi Brian Smith

Mu baririmvyi amaze gukorana nabo benshi bazwi cane mu gihugu harimwo Lolilo, Chany Queen, Akes Don basa naho batanguranye ako kazi, MB Data, B-Face Linah Blanche n’abandi benshi yagiye akorana nabo.

Benshi mu bihweza amasanamu uyu musore Brian Smith asohora, bavuga ko na nkeka ari umwe mu bakomeye hano mu gihugu kandi ko bamwitezeko vyinshi kanatsinda ko adahagarika gusohora ibikorwa bikundwa na benshi.

Mu mwaka w’i 2019 uyu muhinyanyuza w’ama video yarashoboye guhiganirwa udushimwe tw’a Buja Music Awards aho yari mu rutonde rw’abahinyanyuzi bashoboye gukora neza kurusha abandi.

Smith abarizwa mu nzu yiwe ishohora amasanamu y’abaririmvyi yise Falcon Filmz.

Raba bimwe mu bikorwa uyu muhinyanyuzi amaze gusohora:

Tags
Show More
Advertisement

Daniella Ingabire

Daniella Ingabire is a journalist at Buja Express. She studied at the University of Great Lakes. She holds a Bachelor’s degree in Journalism and Communication. She started her career in writing about entertainment in 2019.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire