Intango Mu Makungu Africa Umunyafrika yavumbuye umuti wa Sida

Umunyafrika yavumbuye umuti wa Sida

0
3.3
(15)

Umusore wo mu gihugu ca côte d’Ivoire afise impamyabushobozi mu gisata c’ubuvuzi(médecine) yakoze umuti wica ukarandura umugera wa Sida mu mubiri w’umuntu

Uwo muti ukozwe mu ruvange rw’ibimera kandi ukongera ukagira akanovera gasosa nk’isukari.

Uyo muhanga w’umusore mu vy’ubuvuzi akaba azwi kw’izina rya Dr Christian Armis. Aremeza neza ko uwo muti uwufashe neza mukiringo c’amezi ane, umugera wa Sida uhera burundu mumubiri.

Hakaba hariho n’abashinga intahe ko bawufashe mukiringo c’amezi abiri gusa kandi baza barakize.

Umwe muri bo ati : “ nari maze imyaka itatu ngendana umugera wa Sida ndi mugupfa, umugenzi wanje andangira uyo musore w’umuhanga, maze amezi abiri yonyene mfata uwo muri kandi narakize. “

Ino nkuru mubona imeze gute?

Fyonda akanyenyeri kugira utore!

28709

Nta numwe aratora! Ba wa mbere kugira ico uvuze kurino nkuru.

Kwamamaza

TANGA ICUYUMVIRO

Shiramo iciyumviro canyu
Shiramo izina ryanyu hano