Intango Breaking News Kenya: Abanyeshure 13 Bapfiriye mu Misunikano

Kenya: Abanyeshure 13 Bapfiriye mu Misunikano

0
5
(2)

Igiporisi muri Kenya cashikirije ko abana b’abanyeshure 13 bapfuye mu misunikano yabaye kw’ishure ry’intango bigako mu gisagara ca Kakamega.

Igiporisi kivuga ko abandi barenga 20 bakomeretse inyuma y’aho abo banyeshure bari barekuwe kuri uyu wa mbere ngo batahe muhira.

Ntibiramenyekana igihe iyo misunikano yatanguriye. Umukuru w’igiporisi muri ico gisagara, David Kabena yavuze ko amatohoza yo kumenya ivyabaye vy’ukuri yatanguye.

Ino nkuru mubona imeze gute?

Fyonda akanyenyeri kugira utore!

28709

Nta numwe aratora! Ba wa mbere kugira ico uvuze kurino nkuru.

Kwamamaza

TANGA ICUYUMVIRO

Shiramo iciyumviro canyu
Shiramo izina ryanyu hano