Intango Breaking News Indege yambere nini kw’isi yagurutse

Indege yambere nini kw’isi yagurutse

0
5
(1)

Iyo ndege yitwa Stratolaunch. Ikaba ifise uburebure bw’amababa bureha n’ama feet 385. Ikaba ibaye indege yambere nini kw’isi ibonetse kuva aho inganda zikora indege kw’isi zitanguriye ico gikorwa.

Ariko nkuko umuyobozi w’ishirahamwe ryakoze iyo ndege Vulcan abivuga , iyo ndege ikaba yarakozwe ariko atari gutwara abantu ari kuzindi mvo zidasanzwe gushika ubu atarashima gutanga.

Vulcan, umuyobozi mukuru wiyo ngege , amenyesha ko yatanguye ibikorwa vyo gukora iyo ndege Stratolaunch kuva muri 2011 ari kumwe n’umuhisi Paul Allen yari umwe mubatanguje ishirihamwe ry’abanyamerika rijejwe itumatumanako Microsoft n’irindi shirahamwe rikora indege bita Scaled Composites .

Raba amwe mu mafoto agaragaza iyo ndege:

Ino nkuru mubona imeze gute?

Fyonda akanyenyeri kugira utore!

28709

Nta numwe aratora! Ba wa mbere kugira ico uvuze kurino nkuru.

Kwamamaza

TANGA ICUYUMVIRO

Shiramo iciyumviro canyu
Shiramo izina ryanyu hano