Intango Breaking News Bernard Ndoricimpa yaraye yitavye Imana

Bernard Ndoricimpa yaraye yitavye Imana

0
5
(4)

Umwe mubaririmvyi babiri bari bagize album “Alfred&Bernard” azwi kw’izina rya Bernard Ndoricimpa yaraye yitavye Imana kur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 18/01/2020.

Uwo muririmvyi apfuye akiri muto bikavugwako yaguye mubitaro inyuma y’imisi itari mike agwaye. Ubutumwa asigiye abarundi n’abandi numva ikirundi akaba ari: “Nkunda bantu bakunda abandi, nkunda abantu bayaga amahoro, nayo ukwankana ntaco bimaze, nkunda abantu”

Abakunzi b’umuziki w’ikirundi bakaba babuze umuntu w’intwari.

Ino nkuru mubona imeze gute?

Fyonda akanyenyeri kugira utore!

28709

Nta numwe aratora! Ba wa mbere kugira ico uvuze kurino nkuru.

Kwamamaza

TANGA ICUYUMVIRO

Shiramo iciyumviro canyu
Shiramo izina ryanyu hano