Friday, February 21, 2020
Intango Abanditsi Inkuru za Idrissa Hak

Idrissa Hak

Avatar
134 AMAKURU 0 IVYIYUMVIRO
Idriss Hak is the Chief Editor at BUJA EXPRESS Ltd since 2019. He is completing his Bachelor’s degree at University of Lake Tanganyika in Economy Faculty. Over the past few years, he has acquired professionalism and expertise working at Radio Flash F.M in Rwanda as a reporter and radio show presenter. Idrissa demonstrates expressiveness and an open mind at work as well as a competitive spirit. His interests include music and filmography.

Amerika na Taliban bari mu nama y’amasezerano y’amahoro

Leta zunze ubumwe z’Amerika n’Abatalibani bo muri Afghanistani bashobora gushyira umukono ku masezerano y’amahoro ku italiki ya 29 y’uku kwezi.

Abasirikare ba reta ya Somaliya bashika 10 barishe na Al-Shabab

Abasirikare ba reta ya Somaliya bashika 10 hamwe n’intagondwa zikora iterabwoba barishwe kuri uyu wa gatatu igihe umuhari w’abarwanyi ba al-Shabab watera...

Perezida wa Siriya Bashar Assad ashikiriza ko yigaruriye igisagara ca Aleppo

Perezida wa Siriya Bashar Assad ashikiriza ko igisagara ca Aleppo, umutima w’ubutunzi bw’intara ya Aleppo kigiye kwongera gukomera kuruta uko camye.

Kenya: Abanyeshure 13 Bapfiriye mu Misunikano

Igiporisi muri Kenya cashikirije ko abana b’abanyeshure 13 bapfuye mu misunikano yabaye kw’ishure ry’intango bigako mu gisagara ca Kakamega.

Malawi: Ingingo ya sentare kumatora ishobora gutera uruhagarara

Igiporisi muri Malawi gitangaza ko kuri uyu wa mbere cugara amabarabara agana kuri sentare ntahinyuzwa ku murwa mukuru Lilongwe, aho vyitezwe ko...

Gaston Sindimwo yiyemeje kwegeranya aba “PORONA”

Gaston Sindimwo aherutse kugenwa n'umugambwe URPONA avuga ko mu migambi nyamukuru afise ari ukwegeranya abanywanyi b'uwo mugambwe bacitsemwo ibice.

Kudum ingingo yo kutazosubira kuririmbira mu Burundi yayivuyeko

Umuririmvyi rurangiranwa w'umurundi akorera muri Kenya, Jean Pierre Nimbona, azwi cane nka Kidum avuga ko ari mu kuja mu Burundi ubu vuba...

USA: Donald Trump Ashobora Kwezwa na Sena

Muri Reta zunze ubumwe z’Amerika, uyu musi wa gatanu, urahambaye cane mu mburano ziriko zibera muri sena ku vyaha abademokrate bagiriza Perezida...

Afrique du Sud : Abanyamahanga 100 batawe muri yompi i Johannesburg

Igipolisi ca Afrika y'Epfo cataye muri yompi abanyamahanga 100 badafise ibibaranga mu karere ka Diepsloot kari mu buraruko bw'igisagara ca Johannesburg inyuma...

Donald Trump yemereye Ubushinwa kubufasha mu kurwanya umugera wa Corona

Perezida wa Reta zunze ubumwe z’Amerika Donald Trump yemereye Ubushinwa imfashanyo iyariyo yose ikenewe yo kurwanya umugera wa Corona umaze guhitana abantu...
- Kwamamaza -
Kwamamaza

INKURU ZASOMWE CANE