Monday, February 24, 2020
Intango Abanditsi Inkuru za Félix Muganwa

Félix Muganwa

Ibiganiro hagati ya Museveni na Kagame bitegekanijwe kuzobera i Luanda

Kuri iki cyumweru i Luanda muri Angola hateganyijwe inama ya gatatu y’Abakuru b’Ibihugu bine, biga ku kibazo cy’u Rwanda na Uganda...

Kagame arashimira Tshisekedi kukuntu yahashije inyeshamba harimwo n’iyahungabanya umutekano w’u Rwanda

Perezida w’u Rwanda, Paul Kagame yatangaje ko mugenzi we wa Repubulika iharanira Demokarasi ya Congo, Felix A Tshisekedi, yakoze akazi gakomeye mu...

Wilbur Ross avuga ko coronavirus izotuma ubuzi bwiyongera

Umunyamabanga ajejwe ubudandaji wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Wilbur Ross, avuga ko ikiza ca coronavirus mu Bushinwa gishobora gutuma ubutunzi bwa...

Russia: Abakobwa batatu bavukana bishe se wabo

Abakobwa batatu bavukana bagandaguye se wabo bashobora gutezurirwa igihano bigafatwa nk'uko bariko barivuna, nk'uko bivugwa n'uwubaburanira.

Kenya: Kazungu Elsia yivye umupolisi inkoho na terefone ngendanwa

Umugore wo mu gihugu ca Kenya yitwa Elsia Kazungu yemereye ubutungane bwo muri Kenya ko yemereye umupolisi yitwa Francis Kariuki ko bararana...

Rwanda: Mu Rwanda batanguye gukoresha drones mu kurwanya Malaria

Iki gikorwa co kurwanya imibu itera malaria hifashishijwe utudege tuzwi nka 'drones' kirahera mu bishanga vyo mu murenge wa Jabana mu muji...

RDC: Inyeshamba za Mai-Mai Nyatura zari zarashize intwaro hasi zasubiye mw’ishamba

Inyeshamba 120 zo mu mutwe wa Mai-Mai Nyatura ziherutse kwishira mu maboko y’Igisirikare ca Congo, FARDC, ahitwa Numbi, muri Teritwari ya Kalehe,...

Igiciro ca Visa ku banyagihugu b’ibihugu vya Commonwealth kigiye gukurwaho

Vyatangajwe na Perezida Paul Kagame w'u Rwanda uyu munsi kuwa kabiri aho yari mu ishuri rya King's College London mu Bwongereza atanga...

Rihanna yatandukanye n’umukunzi wiwe bari bamaze imyaka itatu bakundana

Umunya Barbados Robyn Rihanna Fenty uri mu bagore bakunzwe cyane mu muziki ku isi, yamaze gutandukana na Hassan Jameel, umuherwe w’umunya Arabie...

Ubwato bw’intambara bw’abarusiya bwibonekeje bugiye kugonga ubwa Amerika

Ishamba s’iryeru mu mazi magari kuko hari video yasohotse igaragaza ubwato bw’Uburusiya busatirana umujinya mwinshi ubwa Leta zunze ubumwe z’Amerika bushaka kubugonga.
- Kwamamaza -
Kwamamaza

INKURU ZASOMWE CANE