Monday, February 24, 2020
Intango Abanditsi Inkuru za MB Darmond

MB Darmond

MB Darmond
180 AMAKURU 0 IVYIYUMVIRO
Darmond is an Editor at BUJA EXPRESS Ltd since the beginning of December 2019. He's pursuing a Bachelor’s degree in Economy to the University of Lake Tanganyika. Darmond reveals a positive "can-do" attitude and remarkable skills in decision making. He is interested in reading and sports activities and his sidelines include music and praying

Yishe abana biwe 4 kuberako nyina wabo yamwanduje umugera wa SIDA

Kur'uyu wa kabiri igenekerezo rya 18 Ruhuhuma,niho ibiziga vy’abana bane vyatorwa mu gisagara ca Mecklembourg muri Afurika y'epfo. Iryo bara rikaba...

Ubu ushobora kuronka urupapuro rwa casier judiciaire uciye kuri interenete

Ubuhinga bushasha bwashizweho mu bushikiranganji bw'umutekano no gukinga ibiza. Ubwo buhinga buzofasha abantu kuronka urupapuro rwemeza ko umuntu adakurikiranwa n'ubutungane.

Hoba hari ikinyamakuru co mu Rwanda cari camenyesheje ko Kizito azopfa...

Haraheze imisi ishika kuri 4 inzego zijejwe umutekano mu gihugu kibanyi c'Urwanda zimenyesheje ku mugaragaro ko umuririmvyi w’indirimbo zihimbaza Imana...

Umunyarusaku avuga nabi Diamond Platnumz kubera arivyo bimuzanira ifaranga

Mu majambo umuririmvyi Diamond Platnumz wo muri Tanzaniya yavuze, yavuze ko kuvugwa nabi ataco bimutwaye ahubwo bisanzwe arivyo akunda gusumba kuvugwa...

Umukenyezi w’umunyetiyopiyakazi yasutsweko acide n’umugabo wiwe

Umukenyezi akomoka muri Ethiopia yaratabagaye isura inyuma y'aho uwahoze ari mugabo wiwe amutereye akamusukako uburozi bwa aside (acide) mu 2017.

Umuryango wo muri Commonwealth usaba ko urwanda rwotanguza iperereza ku rupfu...

Kuva umuririmvyi Kizito Mihigo yitavye Imana, Umuryango uharanira uburenganzira bwa muntu ushamikiye kuri Commonwealth urasaba ko ubutegetsi bw'u Rwanda bwokwihutira...

Rwasa Agathon yatowe nk’uwuzoserukira umugambwe CNL mu matora

Abanywanyi b’Umugambwe CNL bemeje mw’ikoraniro kaminuza ryo kuri uno w’Imana Agathon RWASA kugira azitoze mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe mu kwezi kwa...

Mu Bufaransa habonetse umuntu umwe yishwe na Coronavirus

Mu Bufaransa ingenzi y'Umushinwa yapfuye nyuma yo kwandura ubwoko bushya bwa coronavirus - uyu akaba ari we wa mbere yishwe n'ico kiza...

Ku myaka 15 gusa, umukinyi w’amareresi Nikita Pearl Waligwa yapfuye

Umukobwa wo muri Uganda wakinnye muri filime 'Queen of Katwe' cyangwa 'Umwamikazi w'i Katwe' ugenekereje mu Kinyarwanda, yapfuye afite imyaka 15, nkuko...

Menya uko ivyo kurwanya indwara ya Kanseri vyifashe mu Burundi

Kugeza uno musi, Kanseri iza ku mwanya wa kabiri mu ngwara zica abantu benshi ku isi, imibare y'abo ihitana igenda yiyongera,...
- Kwamamaza -
Kwamamaza

INKURU ZASOMWE CANE