Friday, February 21, 2020
Intango Abanditsi Inkuru za Alice Dusabe

Alice Dusabe

Alice Dusabe
225 AMAKURU 0 IVYIYUMVIRO
As Chief Business Development Officer and passionate editor, Alice has responsibility for marketing programs, brand management, developing business programs, and corporate sponsorships. Alice’s greatest strengths are her creativity, drive and leadership. She thrives on challenges, particularly those that expand the company’s reach. Alice is a self-starter. She has a strong value base which translates into action. ; this is an approach that can be seen from her. Alice has completed a Bachelor’s Degree in Marketing at Hope Africa University.

Umupfumu ukomeye yishwe n’inzoka ya Cobra

Umupfumu uzwi ku izina rya Norjani ukomoka mu ntara ya West Kalimantan ukomoka muri Indonesia yahuye n’uruva gusenya ubwo yafataga inzoka nini...

Buyoya yandikiye Museveni amumenyesha ko ivyo yagirizwa bitagira ifatiro.

Mugwandiko uwahoze ari umukuru w’igihugu Petero Buyoya yandikiye umuhuza mu matati y’uburundi, umukuru w’igihugu ca Uganda Yoweli Museveni kw’igenekerezo rya 16 nzero...

Bernard Ndoricimpa yaraye yitavye Imana

Umwe mubaririmvyi babiri bari bagize album “Alfred&Bernard” azwi kw’izina rya Bernard Ndoricimpa yaraye yitavye Imana kur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 18/01/2020.

Pascal Barandagiye aritezwe muri Kenya kuri uyu wambere aho azogirisha inama...

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu no gukundisha igihugu, Pascal Barandagiye, aritezwe mw’ikambi y’impunzi z’abarundi iri Kakuma 4 mugihugu ca Kenya kuri...

Jérémie Ngendakumana wahoze ayobora CNDD-FDD ya Nkurunziza yashinze umugambwe wiwe

Uwahoze ari umuyobozi w’ishyaka ( umugambwe ) riri ku butegetsi mu Burundi,CNDD FDD, witwa Jérémie Ngendakumana arashaka kwiyamamariza kuba perezida ariyo mpamvu...

Ico CNDD-FDD yafashije Abarundi n’ugusenga gusa”- Leonce Ngendakumana

Umukandida uzahagararira ishyaka rya Sahwanya FRODBU mu matora ya perezida w’Uburundi muri uyu mwaka wa 2020, Leonce Ngendakumana,yavuze ko nta terambere...

Esmail Qaani wasubiriye Gen. Soleimani yavuze ko kwihorera kuri US ari...

Amamiliyoni y’abanya Iran yateranye uyu munsi mu muhango wo gusezera kuri Gen. Qassem Soleimani kuri uyu wa Mbere aho uwamusimbuye Esmail Qaani...

Burundi : Baridoga ko bafatwa n’abapolisi kandi batari mubunywero.

Abanyagihugu bo muri zone Musaga, komine Muha iri mu gisagara ca Bujumbura baridogako bafatwa n’abapolisi iyo babasanze mw’ibarabara canke kuma butike inyuma...

Abasuma ( abajura ) bo kuri Interineti b’abanya Iran bapirase urubuga...

Nyuma y’aho perezida Trump yanditse kuri Twitter ye ko Iran niyibesha igatera ibirindiro bya Amerika bazasenya ibyayo 52,abajura bo kuri Internet bahise...

Abasuma baraye bivye bukombi akabare kari muri zone Rohero

Amafaranga ataramenyekana igitigiri yaraye yibwe mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu muri komine Mukaza, zone Rohero, karitiye Kabondo, mu bunywero bita “Jauni”...
- Kwamamaza -
Kwamamaza

INKURU ZASOMWE CANE