Advertisement
Advertisement
Refugees

Abarundi bahungiye muri Tanzania bafise ubwoba bwo kwirukanwa

Nyuma y’amatora aheruka kuba mu Burundi zimwe mu mpunzi z’Abarundi zahungiye mu nkambi ya Mutendeli zifite amakenga yuko zizohava zitahukanwa ku nguvu na reta y’ico gihugu.

Abavuganye n’ijwi ry’Amerika basigura ko imvugo yakomeje kwumvikana mu bategetsi ba Tanzaniya bavuga ko “amahoro yagarutse mu Burundi” izohava ituma ico gihugu gishira mu ngiro igabishwa bamye bakorerwa.

Basaba ubutegetsi bwa Tanzaniya kubahiriza amategeko agenga impunzi, hakazotahuka abumva ko batekaniwe.

Umviriza bamwe twaganiriye:

Tags
Show More
Advertisement

Ciella Umutoni

Ciella is an author of Entertainment stories. She joined Buja Express in November 2019 and ever since published dozen of articles.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire