Abakenyezi bahungutse bibungenze bazovyara kwa gusa | Buja Express
Advertisement
Advertisement
Refugees
Trending

Abakenyezi bahungutse bibungenze bazovyara kwa gusa

Abakenyezi bahungutse navuye mu gihugu c’u Rwanda bakaba bibungenze bazokwibaruka k’ubuntu.

Impunguke zashitse mu Burundi mu kibanza c’imfatakibanza

Abana badakwiza imyaka itanu bazovugwa ku buntu.Ariko basabwa kugura udukarata two kwivurizako.Vyamenyeshejwe kuri uyu wa kane na Muganga Thadée Ndikumana arongoye ubushikiranganji bw’amagara y’abantu.

Ikibanza mfatakibanza co kwakiramo impunzi

Ni mugihe bariko barakirwa i Gasenyi-Nemba mu ntara ya Kirundo.

Tags
Show More
Advertisement

Belyse Umwari

Belyse has degree in Journalism and Communication obtained at the University of Rwanda. After joining Buja Express, she has edited dozen articles and interviewed countless interesting people.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire