Abacuruzi basigaye bazimba isabuni bita 'bururu' | Buja Express
Advertisement
Advertisement
Economy

Abacuruzi basigaye bazimba isabuni bita ‘bururu’

Bamwe mu badandaza batoto bo ku mugwa mukuru w’intara ya Makamba bagurisha isabuni bururu 200 Fbu abandi zitatu ku mafaranga 500.

Abo basigura ko ata kundi vyogenda kuko nabo nyene ngo bazirangura ku ruzimbo 7000 kw’ikarato imwe irimwo isabuni 48.

Ahantu habiri honyene bagurisha 150 basigura ko bagize ubwoba, ubundi ataco bariko barakorera kuri izo sabuni.

Ngo bahejeje izo bafise bazoca baheba kuzirangura. Bamwe mu baziranguza bamenyesha ko baziranguza ku mafaranga ibihumbi 7 kuko bazironka ku mafaranga 6700 canke 6800.

Tags
Show More
Advertisement

Daniella Ingabire

Daniella Ingabire is a journalist at Buja Express. She studied at the University of Great Lakes. She holds a Bachelor’s degree in Journalism and Communication. She started her career in writing about entertainment in 2019.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Back to top button
Close
Close

Adblock Detected

Please consider supporting us by disabling your ad blocker
Ufise ikibazo ? Twandikire